Iris News
                                
                            
                            
                    
                                
                                
                                February 6, 2025 at 06:36 PM
                               
                            
                        
                            🇧🇮🏀 #afrobasketwomenqualifiers: Mu nkino 3 intamba mu rugamba muri #basketball nta rukino na rumwe ziratsinda
👉 Kuri uyu wa 06/02/2025 ku muhingamo abarundikazi bahejeje kunyagirwa n'abagandakazi amanota 66 kuri 30. Ikinyuranyo c'amanota 36
✍🏿 No ku musi w'ejo Uburundi bufise urukino aho buzotana mu mitwe n'igihugu ca Sudani y'Epfo 
🤔 Mu zindi nkino, Uburundi bwaratsinzwe na Egiputa na #kenya 
🔰Mwomenya ko uwuzorengana muri izi nkino za karere ka 5 (Zone 5) azoca aronka uburenganzira bwo kwitabira inkino za Afrobasket féminin.
❓ Musomyi n'iki ubona gituma abarundikazi batariko bararonka intsinzi?
#burundi #inkino #irisnews
                        
                    
                    
                    
                    
                    
                                    
                                        
                                            ❤️
                                        
                                    
                                        
                                            👍
                                        
                                    
                                        
                                            😳
                                        
                                    
                                    
                                        3