Iris News
Iris News
February 26, 2025 at 12:49 PM
🚁 Turi ku mutumba #matutu, Zone #gitaba, Komine n'intara ya #rutana. 🏘️ Imvukira iba i Bujumbura yaje kuramutsa abo ku gatumba n'indege. 📆 Hari kuri uyu wa 25 Ruhuhuma 2025 mu masaha ya sasita. 💼 Iyo mvukira yikorera utwayo "businessman", ikarangurira imirimo mu makungu, aho ikorera ivyashara mu bihugu bitandukanye. #burundi #mukibano #irisnews
👍 ❤️ 4

Comments