Iris News
Iris News
March 1, 2025 at 01:53 PM
🔴 Kuva ku wa 03/3/2025, uku niko kunywesha ibitoro mu ngendeshwa zanyu bizoba vyifashe, hisunzwe igiharuro gihereza ku nomero ndanga-ngeshwa 1⃣ Ku wa mbere no ku wa kabiri: hazonywesha ingedeshwa ibiharuro biherezwa na 0; 1 na 2 2⃣ Ku wa gatatu no ku wa kane: izo ibiharuro biherezwa na 3; 4 na 5 3⃣ Ku wa gatanu, ku wa gatandatu no kubw'Imana ni ingendeshwa ibiharuro biherezwa na 6; 7; 8 na 9 ✍🏾 Itangazo rya sopebu rimenyasha ko umuntu wese anywesha igitoro wese abikora biciye muri application #igitoropass https://www.facebook.com/share/p/19xK4MA3uu/
👍 1

Comments