
FOCODE Magazine
May 27, 2025 at 08:26 AM
https://www.facebook.com/share/v/16b2z5PHfr/
Aka video gato karaye kavugishije abantu benshi.
Igitoro casubiriye kuba umuzi w'ibuye. Mu gisagara ca Bujumbura kwiyunguruza ni ikibazo. Abiyunguruza baduga ruguru bariko bakwa amafaranga arengeye ubwenge. Umunyagihugu aragowe.
Hagati aho, imodoka ya CNDD-FDD, iriko ifoto ya Prezida Ndayishimiye, yabonetse hirya y'ejo iriko ipakira ibidumu vy'ibitoro kuri station muri Tanzania !
Ku modoka, Prezida Ndayishimiye amanitse ukuboko, afumbase ingumu, nk'umugabo ashoboye. Yasezeraniye Abarundi ko yifatiye IGITORO mu minwe, ko kitagipfa gisubiriye gukena !
Iyo afashe ijambo, wumva ngo IGITORO ni NYWA NAWE !
❤️
😂
2