
FOCODE Magazine
June 8, 2025 at 12:43 PM
https://www.facebook.com/share/1JJQSgmR1e/
Amakuru dufise aremeza ko umuganga Gamaliel Niyonsavye apfungiwe mw'iperereza i Bujumbura.
Hariho ingendo z'iperereza ry'Uburundi zikwiye kugwanywa bikomeye. Kubona umunyagihugu afatwa ariko aritahira, akajanwa mw'iperereza, umuryango ugacumukura ntiwigere uhabwa amakuru y'uwabo. Ibi bintu bidahagaritswe, nta n'umwe bidashobora gushigikira. Hari ababifata ngo n'ukugwanya ubutegetsi, ariko ni ikibazo c'amategeko. Kuko amategeko aratomora neza uburyo umuntu afatwa n'ingene apfungwa. Nimba amategeko ahari abatwara batayemera barapfuma bayahindura. Ariko ibi bintu birateye isoni.
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=1263000805196210&id=100044589066824
😢
1