
Iris News
June 4, 2025 at 06:58 AM
[4 Ruheshi] #umunsinkuyu muri kahise...
📆 Turi kw'igenekerezo rya 4 Ruheshi 2025. Umunsi ugira 154 mu mwaka hasigaye iminsi 211 ngo umwaka urangire
⤵️ Ng'ibi bimwe mu vyaranze iri genekerezo muri kahise:
🇧🇮 2013 - Mu Burundi, itegeko rigenga umwuga wo kumenyesha amakuru ryarasubiwemwo
🇧🇮 2020 – Haremejwe intsinzi ya Évariste Ndayishimiye mu matora y’umukuru w’igihugu hahakanwa ibirego vya CNL
🇨🇳 1989 – Mu bushinwa, harabaye igikorwa co kurwanya iterabwoba ku kibuga Tian'anmen
🇭🇺 1920 – Muri Hongiriya, amasezerano ya Trianon yarashizweko umukono
🇫🇷 1783 – Mu Bufaransa, igeragezwa rya mbere ry'indege ya montgolfière
Ido n'ido 👉🏿 https://www.facebook.com/share/p/1EaWUTE3pa/
#burundi #kahise #irisnews