
Iris News
June 5, 2025 at 09:42 AM
#kirundo - Abantu babiri bahejeje gufatwa kubera guhungabanya igikorwa c'itora
Umwe ni uwo muri komine Kirundo, uwundi ni uwo muri Vumbi intara ya #butanyerera.
Bafashwe bahejeje gutabura ikarata yo gutorerako.
Ndemeye Jean Claude, umushikirizamanza wa Repuburika mu ntara amenyeshako urubanza rw'ikibiriraho rutegekanijwe uyu munsi nyene, amategeko ahane abakoze ivyaha.
#burundi #synergiedesmedias #election2025
