
Iris News
June 6, 2025 at 07:22 AM
🪖 Igisirikare c'Uburundi carahaye impapuro z'umutsindo ba maneko barangije ivyigwa vya gisirikare vyo gusuma urusaku (espionnage militaire)
✍️ Ni mu birori vyabereye kw'ishure ISCAM kw'itariki 04/06/2025.
🏫 Iri shure ISCAM rikaba risanzwe rishingiye ku gutanga inyigisho zihanitse mu bijanye n’ubuyobozi bwa gisirikare no gukarisha ubuhinga bw’igisirikare c’igihugu.
#burundi #irisnews
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0362qUDRNgAw6jHWXb4K5j2ztG2e72A9ZbhP6vgxCTTKY1RbETNnaEUoeSFaywoWZMl&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz
👍
1