
Iris News
June 8, 2025 at 09:32 AM
✝️ #umunsinkuyu mu 2020, Uwaramutswa Uburundi yararyamiye ukuboko kw'abagabo
Igenekerezo rya 8 Ruheshi 2020, ryabaye iritibagiranwa mu mateka y'abarundi : Prezida Petero Nkurunziza, yari ku butegetsi imyaka yababa 15, yaritavye Imana giturumbuka asigaje amezi abiri ngo akorerwe mu ngata n'uwari aherutse gutorwa mu matora yari yabaye kuwa 20 Rusama 2020.
🎤 Namwe mumwibukira kuki ?
#burundi #irisnews
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid02p7Me68cdZJd192aH4YdaCVQSFpb3dv1YRoN3f4Bpgxfyqme3WHKbZmBe8b8DYUTHl&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz