Iris News
Iris News
June 8, 2025 at 09:37 AM
🇷🇼 [#mukarere] - Urwanda rwikuye mu muryango wa CEEAC kandi si n'irya mbere rubikora Reta y'Urwanda yatangaje ku mugaragaro ko yikuye mw’Ishirahamwe ry'Ubutunzi ry’Ibihugu vyo muri Afrika yo hagati (CEEAC : communauté Économique des États de l'Afrique Centrale) ✍️ Tubisanga mw'itangazo ryasohowe kuri uyu wa 7 Ruheshi 2025 #burundi #mukarere #irisnews https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid0GwbuzbPPgq3hu587rkLBaZWircE4dkEqCWzyRN2n1dLhUoPy5TYZCvGFDw2Exbe4l&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz

Comments