
Iris News
June 8, 2025 at 01:18 PM
🕊️ Imyaka itanu irarangiye Prezida Petero Nkurunziza yitavye Imana : amwe mu majambo yiwe yabaye ntibagiranwa
Hambavu yo kuba, Umukuru w’Igihugu, Petero Nkurunziza yari umukinyi w’umupira w’amaguru, agakunda gutunganya ibikorane vyo gushima Imana, akaba n’umukuru w’Inama y’Inararibonye za CNDD-FDD.
Aho hose yaseruka kubw’ayo mabanga, yagenda atanze ubutumwa ku barundi n’amakungu. Amwe mu majambo yiwe akaba yarabaye ntibagiranwa.
🏗️ “Dusenga dukora, dukora dusenga”
#burundi #umusinkuyu #kahise
https://www.facebook.com/share/p/1NMEsKrf6E/
👍
1