Iris News
Iris News
June 9, 2025 at 10:44 AM
📰 Ingingo nshasha yashizweho na Donald Trump ibuza abanyagihugu b’ibihugu bimwe bimwe, harimwo n’Uburundi, kwinjira muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, yatanguye gushirwa mu ngiro kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 9 Ruheshi 2025, isaha 00h01 ku masaha y’i Washington, ni ukuvuga isaha 06h01zo mu gitondo ku masaha ya hano iwacu. #burundi #irisnews https://www.facebook.com/share/p/16G7XKhCbj/

Comments