
Iris News
June 9, 2025 at 11:48 AM
🪨 SONALEK Mining Company Limited vuba iratangura kwimba ubutare bwa Titane n’ubundi bibangikana buharurwa muri toni zirenga 100.000
Ubu butare buzokwimbwa mu karere ka mbere ka Ndora (Ndora I) muri komine Bukinanyana, intara ya #cibitoke.
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid02zSbNQe8DCeZRasBY6xWMVwDrKsdBcrcCMgVWVDNo2DuxY1aZkbNobYwB6DbQRxJ1l/?app=fbl
💩
1