Iris News June 10, 2025 at 07:08 AM 💪 Guhera muri Myandagaro 2025, Uburundi buzorongora CEEAC 🇧🇮 Uburundi bwahawe kurongora Umuryango w’Ibihugu vyo muri Afrika yo hagati (CEEAC) mu kiringo c’imyaka itanu, guhera mu kwezi kwa Myandagaro 2025. 📸 RTNB #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/share/p/18UG8Q1Kpa/ Comments Name * Email * Comment * Submit Comment No comments yet