Iris News
Iris News
June 11, 2025 at 11:23 AM
👮🏽‍♂️ Hari abapolisi babiri b'ipete rya Colonel bahejeje kwirukanwa mu mabanga Birukanywe n'Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu wa 11/06/2025 hisunzwe amadosiye yaboo ajanye n'inyifato nk'uko biri mu rwandiko rubitangaza. Umwe muri bo ni Col Pol Igirukwigomba Pie yakuwe kubera guhabwa igihano co gufungwa amezi arenga atandatu. Uwundi ni Col Pol Ntibamfashe Désiré yirukanwe kubera gutoroka igipolisi akaja mu mahanga. Inkomoko: https://presidence.gov.bi/2025/06/11/decret-no-100-066-du-11-juin-2025-portant-revocation-de-certains-officiers-de-la-police-nationale-du-burundi/ #burundi #amakuru #irisnews
Image from Iris News: 👮🏽‍♂️ Hari abapolisi babiri b'ipete rya Colonel bahejeje kwirukanwa ...

Comments