
Iris News
June 11, 2025 at 11:32 AM
[11RUHESHI] #umunsinkuyu muri kahise...
📆 Turi kw’igenekerezo rya 11 Ruheshi 2025. Umunsi ugira 162 mu mwaka, hasigaye iminsi 203 ngo umwaka urangire. Twipfurije isabukuru nziza abavutse kuri rino genekerezo🥳
⤵️ Ng'ibi bimwe mu vyaranze iri genekerezo muri kahise :
🇧🇮 1995 - Mu Burundi, harabaye ubwicanyi muri Kaminuza y'Uburundi
⚽ 🇿🇦 2010 - Muri Afrika y’Epfo, habaye intango y'igikombe c'isi
Mu 1955 - Amateka mabi y'imodoka...
Mu rugendo rw'amasaha 24 " Le Mans" yaragize isanganya maze ihitana abantu barenga 80 bariko bararorera ivyo birori .....
🎓Mu 1963 - Habaye iyinjira ry'abirabure muri Kaminuza ya Alabama
#burundi #kahise #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid0PmVSQCrpPN8hHsU4LGs68aW6F2Xvkxo2pL7GmUgrPvHMDccw8BpwpeHyxHKNX76Kl/?app=fbl
👍
1