
Iris News
June 12, 2025 at 07:03 AM
🧐 "Nta munyeshure wa kaminuza akwiye guhohotera uwundi yitwaje ko ariko aracungera umutekano w'aho babaye "
💬 Bishikirizwa na Patiri Arcade Nitunga, Patiri mukuru wa Paruwasi Mutima w'Ubwitonzi ( kwa Ntabona) , hari mu nsiguro y'ijambo ry'Imana yatanze mu nkuka ya misa yaherejwe mu birori vyo kwibuka abanyeshure bo mu bwoko bw'ahutu bishwe mu 1995. Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ruheshi 2025 mu kigo co ku Mutanga
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/share/p/1YT8JTYCQh/