Iris News
Iris News
June 12, 2025 at 08:39 AM
💊 Mu karere : Ikigo kigenzura ubuziranenge bw'imiti mu Rwanda (RDA) cahagaritse umuti 'Relief' Mw'itangazo ico kigo casohoye kuri uyu wa 11 Ruheshi 2025, kimenyesha ko uwo muti basanze udakwije ibisabwa kugira ubandanye uri kw'isoko #mukarere #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid07tJbswJwRoahhTTHHqxo61rdhBJcw6w2AVw7uF7A9aqzQxQkMaoNDYotbzx531UNl/?app=fbl
👍 2

Comments