Iris News
Iris News
June 12, 2025 at 02:28 PM
🎥 AMASHUSHO - Inyuma y'imyaka 30 habaye ubwicanyi muri kaminuza y’Uburundi, abarokotse n'abakiri bato bahiga baribuka... 💬 "Habayeho ugusamara kw'abarezi batigeze bigisha ubuntu abanyeshure babo bakabaha ivy'ivyigwa gusa, arivyo vyatumye habaho igandagurwa ry'ubwoko bumwe" #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/irisnews12/videos/1378806553287458/

Comments