Iris News
Iris News
June 13, 2025 at 07:09 AM
🎓Intwazangabo 30 zihejeje inyigisho mw'ishure Kaminuza mu vyerekeye ugutwara n'ugutunganya ingabo ESCEM, zaraye zironkejwe impamyabushobozi 🥳 Ivyo birori vyabereye ku cicaro c'iryo shure kaminuza riri mu Kinanira, hari kuri uyu wa 12 Ruheshi 2025 #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid02zYGsVMZzgARtn17SdiRcnspy4XHNJ6RTq4AnabmNQRmX8EmVJ7ZgBdBATCrJCh4Ul/?app=fbl

Comments