Iris News
Iris News
June 13, 2025 at 09:46 AM
📈 "Kenshi twasanze abajejwe intwaro ku rwego rwo hasi nk'abakuru b'ama karitiye ari bo bakingira ikibaba abaduza ibiciro" Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu Martin Niteretse 🎙️Muri ca kiganiro c'inzego za Reta kiriko kibera mu ntara ya cibitoke kuri uyu wa 13 Ruheshi 2025, umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu yishuye ku kibazo c'iduzwa ry'ibiciro ku binyobwa vya Brarudi ndetse n'ibiciro vy'ibifungurwa vyashinzwe n'ubushikiranganji bw'ubudandaji #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/share/p/16VajdDTmZ/

Comments