Iris News
Iris News
June 13, 2025 at 11:57 AM
🧐 Maze kubona amatora aheze, naciye mbona ko abarundi batahuye. Mbega abo batatowe bari bashize imbere iki? Cengetos? 👨‍💼 Umushikiranganji wa mbere abajijwe ikibazo ko Uburundi butoba bwinjiye mu ntwaro y'umugambwe umwe kuko mu matora aherutse kuba abatowe bose ari abo mu mugambwe uri ku butegetsi, yishuye ko kuvuga ko dusubira ku mugambwe umwe, oya. Kuko ntibigaragarira mu nama nshingamateka. Imigambwe myinshi irekurwa n'ibwirizwa shingiro n'ayandi mabwirizwa arikomokako #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/share/p/18CavHeiWm/

Comments