FOCODE Magazine
June 14, 2025 at 08:28 PM
https://www.facebook.com/share/1CT6tHAjPj/
Iyi si ifise ibinyegezwa vyinshi !
Karya gahugu gato cane (gatukura) mubona kuri iyo karata kitwa Israel :
- uburinganire : 22.145 km²
- abanyagihugu : hafi imiliyoni 10
Kirya gihangange mubona (gitukura) citwa Irani:
- uburinganire : 1.648.000 km²
- abanyagihugu : imiliyoni 90 zirenga.
Intambara iri hagati y'ibi bihugu bibiri irashobora guhinduka iy'isi yose. Israël yiteze ko izoba intambara y'indwi zikeyi, izorangira hasenyutse intwaro y'aba Mollahs muri Irani. Irani nayo ivuga ko izosenyura intwaro ya Benjamin Netanyahou muri Israël.
Pakistan yasavye ibihugu vyose vy'aba Islam gushigikira Iran. Irani yavuze ko izotera ibirindiro vy'abanyamerika, abafaransa n'abongereza n'iyo ivyo bihugu vyahirahira bikarondera gutabara Israël. Ubushinwa buvuga ko bushigukiye Irani...
Yoba ari intango y'intambara y'Armagedoni ivugwa mu bitabo vyeranda ?
😮
2