🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
                                
                            
                            
                    
                                
                                
                                June 10, 2025 at 02:25 PM
                               
                            
                        
                            *Ngo mu Burundi Igihugu cambere gikenye kw'isi, mwasaze???mwacomye???canke muvuga ivyo mutazi???*
 *Kuki mwizera kwandikirwa amateka nabandi bantu,kuki mwizerako abandi ba google ari abamalayika intumwa z'Imana z'Imana kw'isi???kuberiki???* 
Afrika 💔🥺😭