
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
June 11, 2025 at 04:27 PM
```ABAGABO B'ABARUNDI MWIKUBITE MUGITUZA MWARAHEZAGIWE😂```
_Babandi bazi kwishira hejuru uzosanga batoraguye photo zabana b'Abarundi bagaca bajana kuma platforms zabo ngo Rwanda-beauty,Rwanda trends nizindi😂😂😂🤔🤔_
*Ariko Icukuri nuko aba bose ntanumwe afise Se w'Umunyarwanda arimwo,bose ba Se ni ABARUNDI....Duca tubita MBEGU BURUNDI😂😂*
