
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
June 11, 2025 at 04:48 PM
KUMAZINA YIWE YITWA
@Yolo-the m-Queen kumbuga ziwe nka Instagram,
*Ni UMURUNDIKAZI aba mugihugu kibanyi c'Urwanda,akaba Avuka kubavyeyi batandukanye, Umuvyeyi w'Umu papa UMURUNDI umuvyeyi w'Umu mama UMUNYARWANDAKAZI.*
_Nubwo akunze kwivugira inkomoko yiwe nk'Umwana Avuka kubavyeyi b'Ibihugu vyose,ekambere nkuko kumbuga ziwe uhasanga Ama drapeaux abiri🇧🇮🇷🇼 ariko kumbure kubera imico yiwe vyatumye Itangazamakuru ryomugihugu c'Uburundi rimwirengagiza._
*Tubamenyesheko K'Urubuga rwiwe rwa Instagram Asanzwe Akurikiranwa nabarenga 415.000 followers.*
*Voix du Patriote Nkibisanzwe*

❤️
👍
3