🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
June 11, 2025 at 07:40 PM
#burundi: Kaminuza y'Uburundi ifadikanije n'ishirahamwe ZIRIKANA UB-95, yaramutse yibuka kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 11 Ruheshi 2025 mu kigo co ku Mutanga, imyaka 30 iheze habaye igandagurwa ry'abanyeshure b'Abahutu ryabereye mu bigo vyayo mu mwaka w'1995. Ivyo birori vyo kwibuka abo banyeshure vyitabwe n'Umuyobozi wa Kaminuza y'uburundi n'indongozi zitandukanye za Kaminuza y'uburundi, imiryango yaburiye abayo mw'iyo Kaminuza, hamwe n'abanyeshure biga muri Kaminuza y'Uburundi. Ivyo birori vyatunganijwe ku civugo ngenderwako kivuga kiti: "Kwibuka kahise kugira ngo dutegure kazoza

Comments