
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
June 12, 2025 at 09:07 PM
```Reka Nkuko Burkinafaso ari BU,
hama Burundi ikaba BU
MUREKE UBURUNDI DUKOMEZE AMAKANDA YA Ibrahim Traoré
Hama kandi mbibutseko ayamakanda Igihugu C'Uburundi arico cayatanguje,kuva Uburundi bwanka Inteko mvamakungu,kuva bwanka Gutanga Petrole yomuri Tanganyika, Kuva bwanka Ubutinganyi,........... ......
Ariko rero haraburiki ngotwenyuze tugaragaze ahoduhagaze???Impamvu Nuko Abarundi bwambere tutaraba Solidaire,Kabiri Nuko duhorana Ubwobo bwoguhora twumva amajwi y'Imitima Yacu atwumvishako Igihugu cacu aricambere gikenye kw'isi.
Twacitse imbohwa mumitima,duhorana kwigaya nokwinegura,kwicira Urubanza nibindi vyica umushaha.
Uyumusi Burkinafaso Imaze Kwubaka Amabrende de combat,Indege,Amasoko ya Kijambere,Amabarabara,....
BEMEYE GUKORANA NA RUSSIE, CHINE MUBURYO BUGARAGARIRA UMWANSI.
Kodufise Vyinshi Vy'Agaciro vyotuma Tugirirwa Icizere mbere nabo tudashaka kugiriranira partenaria bakaba boza munzira za Clientèle ,HARABURIKI ????```
*Voix du Patriote Nkibisanzwe*
❤️
👍
2