🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
🇧🇮VOIX DU PATRIOT🇧🇮
June 13, 2025 at 09:22 AM
```MAMBO YA GYM GYM,MUKUNDE GYMNASTIC NIMBA MUDAKENEYE KUBURA EPFO NA RUGURU``` *_In💚: Call her KIREZI Umurundikazi kubavyeyi bose Asanzwe Aba muri Reta zunze ubumwe bw'Abarabu(Dubai)🏋🏻‍♀️🏋🏻‍♀️🏋🏻‍♀️💚🇧🇮💚_* *_In🤍: Call her Sanchia Umurundikazi kubavyeyi bose Asanzwe aba mugihugu ca Rebupilika Y'Uburundi (BURUNDI)🤍🏋🏻‍♀️🏋🏻‍♀️🏋🏻‍♀️🇧🇮🤍_* _Kuberiki wewe usohokana madame wawe imisi yose,umwahuza amayoga n'Amafiliti ariko udashobora gufata na 30min ngumujane muri GYM ikibanza kitanagukonsoma nka VANBEACH???_ Kuki nawe madame urakazwa nuko umugabo wawe ahindukiye kuraba abubatse umubiri mugihe wewe weekends zawe zose umusaba kukujana gusa muri Arena,kumutwenzi,oxygène,mawimbi,eden garden,blue bay resort, zion hotel,nahandi....why? ```UBAKA UMUBIRI NTAWUPFA IBIMAZE``` *Voix du Patriote Nkibisanzwe*
👍 🤔 2

Comments