
BBC News Gahuza
June 4, 2025 at 07:09 AM
Ico RDC ijanye mu kanama k'Umutekano kw'isi ni 'Ijwi ry'umugabane wikoreye umuzigo w'intambara utateje'- Kayikwamba
Ejo ku wa 03 Ruheshi, RD Congo 🇨🇩 yatowe nka kimwe mu bihugu ntahoraho bigize akanama ka ONU kajejwe umutekano kw’isi mu mwaka wa 2026–2027, bukaba bubaye ubugira gatatu itowe muri aka kanama, ubwa mbere hakaba hari mu 1982–1983 igasubira mu 1990–1991, hari ku butegetsi bwa Perezida Mobutu Sese Seko, ico gihe igihugu kikaba citwa Zaïre.
Soma inkuru yose hano : ⬇️⬇️
https://www.bbc.com/gahuza/articles/czxyrz6r904o?at_campaign=ws_whatsapp
😮
🌹
3