BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

64.1K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
June 4, 2025 at 11:59 AM
Mu gihe aho bukera Abarundi buca bitabira amatora rusangi y’abashingamateka y’abakenguzamateka n’abajenama b’amakomine, Abarundi baba ku mugabane wa Bulaya bavuga ko batazi abitoza n’imigambi y’abitoza bizogora ukwo bitabira amatora batazi ico bazotora, bakabona ko bibagiwe kandi bafise uruhara runini mw’iterambere ry’igihugu. Soma iyi nkuru hano: ⬇️⬇️👇🏿👇🏿 https://www.bbc.com/gahuza/articles/cn5y35r6n9qo?at_campaign=ws_whatsapp
❤️ 😮 2

Comments