BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

64.1K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
June 5, 2025 at 05:02 AM
Kuva mu 2005 amatora yama aba buri myaka itanu. Ayo muri uwo mwaka yari ayadasanzwe kuko yari abaye inyuma y'intwaro mfatakibanza n'intambara y'imyaka irenga cumi. Ariko n'aya ya 2025 arafise ivyo yisangije ufatiye kuri kahise k'Uburundi 🇧🇮 kuva bukironka intahe yo kwikukira hamwe n'ivyagiye birahinduka. Soma iyi nkuru hano: 👇🏿⬇️👇🏿 https://www.bbc.com/gahuza/articles/cz0dxd89enzo?at_campaign=ws_whatsapp

Comments