BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

64.1K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
June 11, 2025 at 05:34 AM
Yashitse kuri iyo ntambwe inyuma yo kuba uwa kabiri mw’ihiganwa rya Bodybuilding ryo muri Danemark 🇩🇰, akaba yatanguye kwitaba iri higanwa mu mwaka uheze wa 2024, aho yabaye umwiraburekazi wa mbere yitavye izi nkino akaronka n’ikibanza ciza mu kiringo gito c’umwaka n’inusu kuva atanguye amahiganwa. Soma iyi nkuru hano: 👇🏿👇🏿 https://www.bbc.com/gahuza/articles/c2kqwejv05vo?at_campaign=ws_whatsapp
❤️ 👍 2

Comments