BBC News Gahuza
June 14, 2025 at 08:06 AM
Igihe Israel 🇮🇱 yatangura ibitero vyayo kri Irani 🇮🇷 mu gatondo k’ejo ku wa gatanu, umushikiranganji wa Amerika 🇺🇸 ajejwe imigenderanire Marco Rubio yaciye yihutira kuvuga ko ivyakozwe na Israel yabikoze itagishije inama, avuga ko ubutegetsi bwa Trump ata ruhara bubifisemwo.
Ariko mu nyuma, Perezida Trump yaciye atangura kwumvikana ashigikira iki gitero yeruye.
Soma inkuru yose hano: 👇🏾👇🏾
https://www.bbc.com/gahuza/articles/c17r42gkwr4o?at_campaign=ws_whatsapp
😢
👍
😭
😮
🙏
9