BBC News Gahuza

BBC News Gahuza

64.1K subscribers

Verified Channel
BBC News Gahuza
BBC News Gahuza
June 15, 2025 at 11:43 AM
Muri iki gihe, intambara hagati ya Israel 🇮🇱 na Iran 🇮🇷isa n'iyikiri hagati y'ibi bihugu bibiri. Mwishirahamwe ONU be n'ahandi babandanya gutera akamo impande zompi ko zokwigumya. Ariko none vyogenda gute ari nka hamwe vyobandanya vyica amatwi? Vyongenda gute ari nka hamwe ibintu vyoyangara intambara 🔥🔥 ikarandaranda? Ng'ibi bimwe mu bintu nyamukuru biteye ubwoba bishobora gushika. Soma inkuru iramvuye hano: ⬇️⬇️ https://www.bbc.com/gahuza/articles/cqj7j7dn8elo?at_campaign=ws_whatsapp
👍 😂 🙏 6

Comments