
BBC News Gahuza
June 17, 2025 at 06:54 AM
G7 isaba ko imvururu zo mu Buseruko bwo Hagati 'zihagarara', Trump akaba atashe inama idaheze
Ku rubuga hwaniro rwiwe Truth Social, Donald Trump wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika 🇺🇸 yateye kandi akamo abanyagihugu ba Irani 🇮🇷 kuva ku mugwa mukuru wabo, Tehran, igisagara gituwemwo n'abantu imiriyoni zishika 17, "vuba bwango". Nta nsiguro zirenze aho yatanze.
Soma iyi nkuru hano: 👇🏿👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/c5y787zndzwo?at_campaign=ws_whatsapp
😂
😢
😮
4