
BBC News Gahuza
June 18, 2025 at 06:21 AM
Etienne Davignon w’imyaka 92 ni we wenyene akiri muzima mu Babirigi cumi bagirijwe uruhara mw'ihagarikwa n'igandagurwa rya Patrice Lumumba, incungu y’intahe y’ukwikukira kwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo 🇨🇩, yishwe mu 1961.
Sma iyi nkuru hano: 👇🏿👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/clynly343qeo?at_campaign=ws_whatsapp
👍
😂
2