
BBC News Gahuza
June 18, 2025 at 08:56 AM
Mu gihe Israel 🇮🇱 na Irani 🇮🇷 bibandanya biterana ibisasu , Donald Trump wa Amerika 🇺🇸 n’indongozi y’ikirenga ya Irani, Ayatollah Ali Khamenei, bateranye amajambo ku mbuga hwaniro. Trump asaba Khamenei “kumanika amaboko ata gisabwe”, Khamenei nawe ati ahubwo 'urugamba ruratanguye'.
Soma inkuru iramvuye hano: 👇🏿👇🏿
https://www.bbc.com/gahuza/articles/cdjxew1xwlwo?at_campaign=ws_whatsapp
👍
😂
6