
Iris News
June 14, 2025 at 11:35 AM
👏 "Twikomere amashi kuko abarundi turamaze gutahura demokarasi", Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye
Mu kiganiro ariko aragira n’abamenyeshamakuru i Gitega kuri uyu wa 14 Ruheshi 2025 i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yishuye ku kibazo c’uko amakungu atazohava abonako demokarasi idatsimbataye.
#burundi #amatora #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid051YQ5QPVAgWJsPuxSjoR8cMBEi3j2XzsU3Pq4Z3BebLm5isrubu4X7adMPnLyt4Tl/?app=fbl
💩
1