Iris News
Iris News
June 14, 2025 at 11:36 AM
🗳️ "Abagize ivyo banegura ku matora ntibari guca babivuga yamaze guhera" - Umukuru w'igihugu 🔴 Mu kiganiro ahejeje kuremesha avuga ku bijanye n'uko amatora y'abashingamateka n'abajenama b'amakomine yagenze, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko amatora yagenze neza cane. Ngo birahimbaye kubona hari benshi bashimye ivyavuye mu matora, ndetse n'abashikiriza utunenge twoba twarayaranze bakabikora mu mutekano #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid02BCd7qKRCNgfXkb2cyDLb7Yn4hmZkv3jNB7TyqLapnXq2yq3DHcZEQRXRDwDxQQftl/?app=fbl
💩 1

Comments