
Iris News
June 14, 2025 at 12:52 PM
🏢 Mbega amakungu ntazohava akura icizere ku Burundi kubera hatsinze umugambwe umwe ? Inama Nshingamateka na nshikiranganji vyo bizokorana gute ?
Ivyo ni bimwe mu vyabajijwe mu kiganiro Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yatanze ku bamenyeshamakuru ku bijanye n'amatora. Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Ruheshi i Gitega.
#burundi #amakuru #irisnews
https://www.facebook.com/share/p/1FrTrcUdK3/
✍
💩
2