
Iris News
June 14, 2025 at 04:40 PM
🛢️Ivy'ibitoro bipfira mu manyanga y'abajejwe kukizana - Umushikiranganji Ibrahim Uwizeye
“Turafise ibinogo vyojamwo imiriyoni 60 z’ama metero kibe y’ibitoro, ariko kugira hagire uwuja kuzana igitoro cose dukeneye agishikane ng’aha niho hari ikibazo. Usanga harimwo udutiriganya n’amanyanga,” niko vyashikirijwe na Minisitiri Ibrahim Uwizeye.
#burundi #ubutunzi #ibitoro #irisnews
https://www.facebook.com/share/v/1Bpmuphum5/