Iris News
Iris News
June 14, 2025 at 07:15 PM
🔴 Prezida Ndayishimiye yahumurije abatashoboye gutorwa muri aya matora aheruka, abibutsa uruhara rwabo mu kwubaka igihugu 👉 Ni mu gihe yari abajijwe nimba ubu mu nzego zose z'igihugu hagiye kurangwayo abakomoka mu mugambwe Cndd-Fdd gusa, kubera ariwo uherutse gutsinda amatora n'amajwi menshi cane ibitahaye amahirwe iyindi #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/share/p/1FmAF5AhKn/
💩 1

Comments