Iris News
Iris News
June 16, 2025 at 07:38 AM
🪖 Muribuka urwego rw'urwaruka rutegekanywa gushirwaho kugira rwunganire igisirikare ruterere no mw'iterambere? Urwo rwego ni FRAD (Force de Réserve et d'Appui au Développement). Twaganiriye n'uwabaye mu rwego rugomba kumera nk'urwo bita SMO (Service militaire obligatoire). Ehe uko yatuyagiye ⤵️ 😌 Atangura ati: "Kuba hariho igisata coza gikora nka SMO ni vyiza kuko kubibamwo nta gahombo karimwo, uragira 'discipline militaire', uba ufise ubutekereji wisangije ngira kamaro ku gihugu" #burundi #amakuru #irisnews https://www.facebook.com/share/p/15VfEdRF6A/
Image from Iris News: 🪖 Muribuka urwego rw'urwaruka rutegekanywa gushirwaho kugira rwungani...

Comments