
Iris News
June 16, 2025 at 03:31 PM
🇻🇦 "Muri Katolika ko batora Papa mw'ibanga, ni demokrasi canke siyo ?" - Evariste Ndayishimiye
🗳️ Afatiye ku bavuga ko amatora aherutse asa n'ayashikanye Uburundi ku ntwaro y'umugambwe umwe, Umukuru w'igihugu c'Uburundi aragereranya itorwa rya Papa n'amatora yabaye mu Burundi, akanasigura kandi ko demokrasi ataho yagiye kubera ivyabaye.
🎙️ Umviriza uko yabishikirije i Gitega mu kiganiro n'abamenyeshamakuru ku wa 14/06/2025 ▶️ https://www.facebook.com/share/v/1Ahfc6p64h/
#burundi #irisnews
💩
🚶♀
2