Iris News
Iris News
June 16, 2025 at 07:43 PM
🏟️ Ikibuga Intwari giheze kubakwa hazoca hubakwa ikibuga cakira abantu 3.000 ✍🏿 Ivyo vyashikirijwe n'umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo inkino n'imico-kama Gervais Abayeho, kuri uyu wa gatanu w'indwi iheze igenekerezo rya 13 Ruheshi mu kiganiro c'abashikiranganji bagize Reta y'Uburundi #burundi #inkino #irisnews https://www.facebook.com/share/p/1Ea6PBdh2B/
👍 2

Comments