Iris News
Iris News
June 17, 2025 at 06:31 AM
📢 Abaririmvyi b’Abarundi mu kazi kose : Indirimbo zirenga cumi mu ndwi imwe! Hit Summer yoba iri muri zo? 🎧 Wari uzi ko mu ndwi iheze hasohotse indirimbo ndundi zirenga cumi? Abaririmvyi ntibicaye: barabandanya gusohora ibikorwa bishasha vyuzuye ubuhinga n’impano, mu ntumbero yo kunezereza abakunzi babo, na cane cane muri iki gihe c’ici. 🫡 Ikiruhura umutima ni uko n’abaririmvyi bataramenyekana cane batanguye gufata ikibanza cabo mu muziki, aho bariko bararekurira indirimbo zifise akanovera. 📺 Raba hano zimwe mu ndirimbo zasohotse muri iyo ndwi: zoba zirimwo Hit Summer ya 2025? Duhurire muri commentaires #burundi #umuziki #indirimbonshasha #irisnews_ https://fb.watch/AgNhztTiBL/

Comments