
Iris News
June 17, 2025 at 01:37 PM
🖨️ "Hariho imprimerie zidoga ko Reta itanga amasoko yo gukora ibitabu hanze y'igihugu kandi vyokorerwa hano iwacu, vyoba biva kuki ?"
👆 Ico kibazo abashingamateka bakibajije Umushikiranganji w'indero aho asanzwe ari umutumire wabo kuri uyu wa 17 Ruheshi 2025.
#burundi #indero
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=pfbid037s6ymugoENS6pirKWtMhzpbSTch6V1Hjknx6qPapst5LZJVBfLMQ7gaDM83Hrp9bl&id=100056436835117&mibextid=Nif5oz