
Iris News
June 17, 2025 at 03:15 PM
🎶 #kasummersong2025 - Ninde azotahukana izi miliyoni 4 ? Ikibazo mwese mufise...
🔥Rya sango mwamenyeshejwe kandi murindiranye igishika ryageze. Igice ca nyuma c'ihiganwa 'Ka Summer Song' ni aho bukera ku munsi wa gatanu. Umunezero w'umuziki w'ikibiriraho ku bana b'Uburundi niwo uzosamirana
#burundi #imyidagaduro #irisnews
https://www.facebook.com/100056436835117/posts/pfbid02BaMkBporKPnAUksZjLUdzHfTCT6KxdMm3iK1B5B76uYyaHX7uQFgN4nvsPatQBXRl/?app=fbl