Iris News
Iris News
June 17, 2025 at 05:30 PM
🧐 Vya binini bifatwa n'abigeme ngo ntibasame bisigaye bifatwa ku murindi uteye ubwoba, ubwo indongozi zibijejwe zirabizi? ☝️ Ayo ni amwe mu makenga yashikirijwe muri kiganiro caremeshejwe n'abashikiranganji bagize Reta y'Uburundi bagiwe imbere n'umushikiranganji wa mbere, Gervais Ndirakobuca. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 13 Ruheshi 2025, mu ntara ya Cibitoke. 👀 Aho iwanyu ivyo binini mubona bigurwa gute ? 📸: RTNB #burundi #amagara #irisnews https://www.facebook.com/share/p/15rpcySqsi/
👍 😢 2

Comments